Back to Browse

Mpa Akanya - Double Jay

227.9K views
Sep 27, 2017
3:54

Single #6 - Mpa Akanya - Double Jay Official Lyric Intro : Oo oooooh... zaga dis... Double Jay once again... Bad boy killer... Ikoh Music...we did it again we did it again iyeyieee Verse 1 : Je nama nkubona kenshi (kenshi) Umutima ugatera Kenshi (kenshii) Nkiyumvamwo amajambo menshi (menshi) Mbega ryari uzompa iyo chance Uuuuuuuuh Ukampa umwanya nkakubwira ata kunyirengagiza Nkaza kukuraba nkabikubwira Ugaheba kunyinyegeza Je ndasavye umpe akanya Nkubarire ikinteye amaganya Baby mpa akanya Nkubwire uko nkwiyunvira buri mwanya Nukuri hari vyinshi nfise numva nshaka kuvuga Umutima wanje ugeze ahatemba eregaaaa Nkubonye niyumva ukuntu Nkiyumvamwo utuntu Mbajije abantu Bakambwira ngo jewe nawe hari ikintu Hari ukuntu niyumva Sindamenya iyo biva Mpa akanya ndabikubwire hari naho womfashaa Chorus: Mpa akanya tuyage (hein) Hari vyinshi numva nshaka kukubwiraa (hein, hein) Mpa akanya nkubwireee (hein) Ivyo umutima wanje wama umbariraaa (hein, hein) Baby give me one time I gotta something to tell you I don’t wanna waste your time Please baby let me talk to youuu Verse 2 Mbe kuki duhuye utampa na yambu (hein, mpa akanya) Je birambabaza nkicwa n’intuntu (hein) We ntako utagira ngo unkure mu bantu (hein, mpa akanya) Mukobwa ibuka ko nanje ndi umuntu (Mukobwa ibuka ko nanje ndi umuntu ) Mpa akanya nkwibarize impamvu buri joro ari wewe ndota Mpa akanya nkubwire ingene mbona abakobwa bose ubaruta Ni wewe amazi meza je nipfuza ko womara inyota You always in my mind Mbe war’ubizi mamaa Umutima wanje warawutwayee Nkubonye niyumva ukuntu Nkiyumvamwo utuntu Mbajije abantu Bakambwira ko jewe nawe hari ikintu Hari ukuntu niyumva Sindamenya iyo biva Mpa akanya ndabikubwire hari naho womfashaa Chorus: Mpa akanya tuyage (hein) Hari vyinshi numva nshaka kukubwiraa (hein, hein) Mpa akanya nkubwireee (hein) Ivyo umutima wanje wama umbariraaa (hein, hein) Baby give me one time I gotta something to tell you I don’t wanna waste your time Please baby let me talk to youuu Produced by Amir Pro in Ikoh Music Thank you! (c) 2017 - Ikoh Entertainment

Download

0 formats

No download links available.

Mpa Akanya - Double Jay | NatokHD